Canada – USA: ni nk’ibihe vy’intambara

Canada – USA: ni nk’ibihe vy’intambara
Yatangajwe

Ku barenga 60 bapfuye, 28 ni abo mu gisagara Buffalo, muri leta ya New York.

Hakurya, “Abatasumye k’uwa kane wa Noweli, ntiborohewe”.

Ni intahe ya Joselyne w’i Ontario muri Canada, agira akwize indwi atavuye mu nzu.

Iki igihuhusi kigana m’ubumanuko batamenyereye imbeho nyinshi.

Na / Audace Machado