Canada – USA: ni nk’ibihe vy’intambara

Umugabane wa Amerika ya ruguru, 'urubura' rurabangamye
Insiguro y'isanamu, Vyabaye urubura, muri Amerika ya ruguru
Canada – USA: ni nk’ibihe vy’intambara
Insiguro ya video, Ku barenga 60 bapfuye, 28 ni abo mu gisagara Buffalo
Yatangajwe

Ku barenga 60 bapfuye, 28 ni abo mu gisagara Buffalo, muri leta ya New York.

Hakurya, “Abatasumye k’uwa kane wa Noweli, ntiborohewe”.

Ni intahe ya Joselyne w’i Ontario muri Canada, agira akwize indwi atavuye mu nzu.

Iki igihuhusi kigana m’ubumanuko batamenyereye imbeho nyinshi.

Na / Audace Machado