Gahunda za radiyo n'imirongo ivugiraho

Yatangajwe

Urashobora gukukirakirana ibiganiro vya radiyo BBC Gahuzamiryango ku mirongo no kuri gahunda bikurikira

Gahunda

Ibiganiro vyacu 1630GMT-1700GMT Kuva kuwa mbere - gushika kuwa gatanu

Ibiganiro vyacu 1830GMT-1900GMT Kuva kuwa mbere - gushika kuwa gatanu

Imvo n'Imvano 0500GMT- 0600GMT; 0800GMT- 0900GMT kuwa gatandatu

Urunana kuwa kabili 1645GMT - kuwa kabiri

Urunana kuwa kane 1645GMT - kuwa kane

Imirongo ya short wave (SW):

Imirongo iri muri KHz

Amasaha ni mpuzamahanga GMT

Menya: BBC Gahuzaramiryango kuri ubu yarahagaritswe kuri FM mu Burundi no mu Rwanda.