Prof Julien Nimubona abona gute amatora mu Burundi n'intambwe ya demokrasi igezweho?

Insiguro y'amajwi, Prof Julien Nimubona abona gute amatora n'intambwe ya demokrasi igezweho?
Yatangajwe

Umwigisha wa kaminuza Julien Nimubona akaba n'umuhinga mu vya politike, aheruka kubwira BBC Gahuzamiryango ingene abona amatora yo ku tariki 20/05/2020 mu Burundi.

Yanatubwiye kandi ku kuntu abona demokrasi yifashe mu Burundi hamwe n'ibirindiriye umukuru w'igihugu azotorwa.