Ikiganiro na Noble Marara ku gitabo aheruka gusohora "Inyuma y'inyegamo z'umukuru w'igihugu"

Insiguro y'amajwi, Ikiganiro na Noble Marara ku gitabo aheruka gusohora "Inyuma y'inyegamo z'umukuru w'igihugu"
Yatangajwe

Noble Marara yigeze kuba mu barinda umutekano wa Prezida Paul Kagame w'u Rwanda ariko ubu yahungiye mu Bwongereza, avuga ku bijanye n'igitabo yanditse yise "Inyuma y'inyegamo z'umukuru w'igihugu", igitabo leta y'u Rwanda itahaye agaciro.