War’uzi amahirwe y’umwana yiganye n’abandi mva makungu?

Insiguro ya video, Abahinga badusigurira uko vyose bifatiye k’ubumenyi iyo ubwonko bukiri buto.
Yatangajwe

Abahinga badusigurira uko ukumenya kubana n'abandi, indimi mva mahanga, vyose bifatiye k'ubumenyi iyo ubwonko bukiri buto.