Nikita yakomerekeje Pele mu gikombe c'isi yose co mu 1958.

Insiguro ya video, Nikita yakomerekeje Pele mu gikombe c'isi yose co mu 1958.
Yatangajwe

Uretse ko uyu mu kukuruke w'umu Rusiya atanavyibuka, abona ari ivyo muri kahise.

Ubu bose ni abahumure ariko bagikunda umupira w'amaguru, Pele ubu akaba yarihebeye gufasha ba ntahonikora.